Guharura 35:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Ibi ni vyo bisagara muzoha Abalewi: ibisagara vy’ubuhungiro+ bitandatu, ivyo muzotanga kugira ngo uwishe umuntu ahungireyo+, kandi uretse ivyo, muzotanga n’ibindi bisagara mirongo ine na bibiri.
6 “Ibi ni vyo bisagara muzoha Abalewi: ibisagara vy’ubuhungiro+ bitandatu, ivyo muzotanga kugira ngo uwishe umuntu ahungireyo+, kandi uretse ivyo, muzotanga n’ibindi bisagara mirongo ine na bibiri.