Guharura 36:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mahila na Tiruza na Hogula na Milika na Nowa, abakobwa ba Zelofehadi+, babirwa rero n’abahungu ba bene wabo na ba se.
11 Mahila na Tiruza na Hogula na Milika na Nowa, abakobwa ba Zelofehadi+, babirwa rero n’abahungu ba bene wabo na ba se.