Gusubira mu vyagezwe 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Inyuma y’ivyo ndahindukira, ndamanuka mva ku musozi, mu gihe nya musozi wariko uraka umuriro+. Kandi vya bisate vy’amabuye bibiri vy’isezerano vyari mu maboko yanje yompi+.
15 “Inyuma y’ivyo ndahindukira, ndamanuka mva ku musozi, mu gihe nya musozi wariko uraka umuriro+. Kandi vya bisate vy’amabuye bibiri vy’isezerano vyari mu maboko yanje yompi+.