Gusubira mu vyagezwe 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma ntora igicumuro canyu mwari mwakoze, ya nyana+, ndayiturira mu muriro, ndayijanjagura, ndayisya ndayinoza gushika inoze nk’umukungugu. Inyuma y’ivyo nterera umukungugu wayo mu ruzi rw’isumo rwamanuka ruva mu musozi+.
21 Hanyuma ntora igicumuro canyu mwari mwakoze, ya nyana+, ndayiturira mu muriro, ndayijanjagura, ndayisya ndayinoza gushika inoze nk’umukungugu. Inyuma y’ivyo nterera umukungugu wayo mu ruzi rw’isumo rwamanuka ruva mu musozi+.