Gusubira mu vyagezwe 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kikaba ari igihugu Yehova Imana yawe yitaho. Amaso+ ya Yehova Imana yawe yama kuri co, kuva mu ntango z’umwaka gushika ku mpera z’umwaka. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:12 Umunara w’Inderetsi,1/8/2007, rup. 29
12 kikaba ari igihugu Yehova Imana yawe yitaho. Amaso+ ya Yehova Imana yawe yama kuri co, kuva mu ntango z’umwaka gushika ku mpera z’umwaka.