Gusubira mu vyagezwe 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Wiyubare, kandi ugamburuke aya majambo yose ndagutegetse+, kugira ngo bikugendere neza wewe+ n’abana bawe mu nyuma zawe gushika igihe kitagira urugero, kuko uzoba ukoze ivyiza kandi bigororotse mu maso ya Yehova Imana yawe+.
28 “Wiyubare, kandi ugamburuke aya majambo yose ndagutegetse+, kugira ngo bikugendere neza wewe+ n’abana bawe mu nyuma zawe gushika igihe kitagira urugero, kuko uzoba ukoze ivyiza kandi bigororotse mu maso ya Yehova Imana yawe+.