Gusubira mu vyagezwe 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ukwiye kwumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kugumya amabwirizwa yose+ ndagutegetse uno musi, kugira ukore ibigororotse mu maso ya Yehova Imana yawe+.
18 Kuko ukwiye kwumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kugumya amabwirizwa yose+ ndagutegetse uno musi, kugira ukore ibigororotse mu maso ya Yehova Imana yawe+.