Gusubira mu vyagezwe 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ukwiye kwiharūrira amayinga indwi. Kuva harya agakero gatanguye gushirwa ku ntete zihagaze ni ho uzotangura guharura amayinga indwi+.
9 “Ukwiye kwiharūrira amayinga indwi. Kuva harya agakero gatanguye gushirwa ku ntete zihagaze ni ho uzotangura guharura amayinga indwi+.