Gusubira mu vyagezwe 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi utegerezwa kunezerwa mu gihe c’umusi mukuru wawe+, wewe n’umuhungu wawe n’umukobwa wawe n’umushumba wawe n’umushumbakazi wawe n’Umulewi na kavamahanga n’impfuvyi n’umupfakazi, bari mu marembo yawe.
14 Kandi utegerezwa kunezerwa mu gihe c’umusi mukuru wawe+, wewe n’umuhungu wawe n’umukobwa wawe n’umushumba wawe n’umushumbakazi wawe n’Umulewi na kavamahanga n’impfuvyi n’umupfakazi, bari mu marembo yawe.