Gusubira mu vyagezwe 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubwirizwa kumusubiza iyo ngwati izuba rikimara kurenga+, aje kuryama mu mpuzu yiwe+, aguhezagire+. Kandi bizokubera ubugororotsi imbere ya Yehova Imana yawe+.
13 Ubwirizwa kumusubiza iyo ngwati izuba rikimara kurenga+, aje kuryama mu mpuzu yiwe+, aguhezagire+. Kandi bizokubera ubugororotsi imbere ya Yehova Imana yawe+.