Gusubira mu vyagezwe 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukwiye kumuha impembo yiwe ku musi wiwe+, kandi izuba ntirikwiye kurenga utarayimuha, kuko ari mu ngorane kandi ku mpembo yiwe akaba ari ho yeza umutima, ntahave aririra Yehova akurega+, maze bikakubera igicumuro+. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 24:15 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),1/2018, rup. 32
15 Ukwiye kumuha impembo yiwe ku musi wiwe+, kandi izuba ntirikwiye kurenga utarayimuha, kuko ari mu ngorane kandi ku mpembo yiwe akaba ari ho yeza umutima, ntahave aririra Yehova akurega+, maze bikakubera igicumuro+.