Gusubira mu vyagezwe 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko bene Isirayeli batangura kuririra Musa mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu imisi mirongo itatu+. Amaherezo, imisi y’amarira y’ukugandarira Musa irarangira.
8 Nuko bene Isirayeli batangura kuririra Musa mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu imisi mirongo itatu+. Amaherezo, imisi y’amarira y’ukugandarira Musa irarangira.