Abacamanza 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko ikoraniro rirungikayo abagabo ibihumbi cumi na bibiri b’intwari kuruta abandi, babategeka bati: “Gende mukubitishe ubugi bw’inkota ababa i Yabeshi-gileyadi, mbere n’abagore n’abana batoyi+.
10 Nuko ikoraniro rirungikayo abagabo ibihumbi cumi na bibiri b’intwari kuruta abandi, babategeka bati: “Gende mukubitishe ubugi bw’inkota ababa i Yabeshi-gileyadi, mbere n’abagore n’abana batoyi+.