2 Samweli 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Sauli na Yonatani+ bari abantu bo gukundwa bakaba n’abahimbaye mu buzima bwabo, Kandi mu rupfu rwabo ntibatandukanijwe+.Banyaruka kurusha inkona+,Bari bakomeye kurusha intambwe+.
23 Sauli na Yonatani+ bari abantu bo gukundwa bakaba n’abahimbaye mu buzima bwabo, Kandi mu rupfu rwabo ntibatandukanijwe+.Banyaruka kurusha inkona+,Bari bakomeye kurusha intambwe+.