2 Ngoma 24:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko mu ntango z’umwaka+, inteko za gisirikare za Siriya+ ziduga kumutera+, maze zitangura gushwara Yuda na Yeruzalemu. Ziraheza zihonya mu bantu abaganwa bose+ b’abantu, maze isahu ryabo ryose zirirungikira umwami wa Damasiko+.
23 Nuko mu ntango z’umwaka+, inteko za gisirikare za Siriya+ ziduga kumutera+, maze zitangura gushwara Yuda na Yeruzalemu. Ziraheza zihonya mu bantu abaganwa bose+ b’abantu, maze isahu ryabo ryose zirirungikira umwami wa Damasiko+.