Ezira 2:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 Bamwe mu bakuru+ b’amazu ya ba sekuru+, aho bashikiye ku nzu ya Yehova+ yari i Yeruzalemu+, batanga amashikanwa atangwa ku bushake+ ku bw’inzu y’Imana y’ukuri, kugira ngo batume ihagarara ku kibanza cayo+.
68 Bamwe mu bakuru+ b’amazu ya ba sekuru+, aho bashikiye ku nzu ya Yehova+ yari i Yeruzalemu+, batanga amashikanwa atangwa ku bushake+ ku bw’inzu y’Imana y’ukuri, kugira ngo batume ihagarara ku kibanza cayo+.