Zaburi 56:1 Bibiliya y’isi nshasha 56 Ngirira ubutoni, Mana, kuko umuntu buntu yarondeye kunsūmira n’umunwa+.Ararwana bukarinda bwira, akaguma ampahaza+.
56 Ngirira ubutoni, Mana, kuko umuntu buntu yarondeye kunsūmira n’umunwa+.Ararwana bukarinda bwira, akaguma ampahaza+.