Zaburi 56:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzoshemeza ijambo ry’Imana nunze ubumwe na yo+.Mu Mana ni ho nashize ivyizigiro vyanje; sinzotinya+.Umuntu buntu* yongira iki+?
4 Nzoshemeza ijambo ry’Imana nunze ubumwe na yo+.Mu Mana ni ho nashize ivyizigiro vyanje; sinzotinya+.Umuntu buntu* yongira iki+?