Zaburi 57:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Izotuma iri mw’ijuru, inkize+.Ntizobura kuvurunganya uwurondera kunsūmira n’umunwa+. Sela.Imana izotuma ubuntu bwuzuye urukundo bwayo be n’ukuri kwayo+.
3 Izotuma iri mw’ijuru, inkize+.Ntizobura kuvurunganya uwurondera kunsūmira n’umunwa+. Sela.Imana izotuma ubuntu bwuzuye urukundo bwayo be n’ukuri kwayo+.