Zaburi 69:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ewe Mana, wewe ubwawe waramenye ubupfu bwanje,Kandi ukwagirwa n’icaha kwanje ntiwakunyegejwe+.