Zaburi 97:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Siyoni yaravyumvise itangura kunezerwa+,Ibisagara bikukira Yuda na vyo bitangura kugira akanyamuneza+Kubera ingingo zawe z’ubutungane, ewe Yehova+!
8 Siyoni yaravyumvise itangura kunezerwa+,Ibisagara bikukira Yuda na vyo bitangura kugira akanyamuneza+Kubera ingingo zawe z’ubutungane, ewe Yehova+!