Indirimbo ya Salomo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Mu majoro, ndi ku gitanda canje, narondeye uwo umutima wanje wakunze+. Naramurondeye, sinamubona.