Yesaya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze inzu ya Dawidi imenyeshwa ngo: “Siriya yegamiye Efurayimu+.” Maze umutima wiwe be n’umutima w’abantu biwe itangura kudegedwa, nka kurya ibiti vy’ikibira bidegedwa kubera umuyaga+.
2 Maze inzu ya Dawidi imenyeshwa ngo: “Siriya yegamiye Efurayimu+.” Maze umutima wiwe be n’umutima w’abantu biwe itangura kudegedwa, nka kurya ibiti vy’ikibira bidegedwa kubera umuyaga+.