Yesaya 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 kandi zizoza koko zigwe zose hamwe ku myonga y’imanga no ku migaga y’amabuye y’urutare no ku bisaka vy’inzitane vy’amahwa vyose no ku ngomero zose+.
19 kandi zizoza koko zigwe zose hamwe ku myonga y’imanga no ku migaga y’amabuye y’urutare no ku bisaka vy’inzitane vy’amahwa vyose no ku ngomero zose+.