Yesaya 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo wewe, warashibuwe utagira ikibanza co guhambwamwo+, nk’umunago wanswe urunuka, wambaye abantu bishwe, basogoswe inkota, bariko bamanuka gushika ku mabuye y’icobo+, nk’umuvyimba uhonyangirwa hasi+.
19 Mugabo wewe, warashibuwe utagira ikibanza co guhambwamwo+, nk’umunago wanswe urunuka, wambaye abantu bishwe, basogoswe inkota, bariko bamanuka gushika ku mabuye y’icobo+, nk’umuvyimba uhonyangirwa hasi+.