Yesaya 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umunezero n’akanyamuneza vyakuwe mu murima w’ivyamwa; kandi mu mirima y’imizabibu nta kamo k’umunezero kariyo, nta karuru kahavuzwa+. Uwuganisha ibirenge aragana ntihagire umuvinyu uboneka mu nganiro+. Akaruru nagahagaritse+.
10 Umunezero n’akanyamuneza vyakuwe mu murima w’ivyamwa; kandi mu mirima y’imizabibu nta kamo k’umunezero kariyo, nta karuru kahavuzwa+. Uwuganisha ibirenge aragana ntihagire umuvinyu uboneka mu nganiro+. Akaruru nagahagaritse+.