Yesaya 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi Yehova azomenyekana koko ku Banyamisiri+; Abanyamisiri bazotegerezwa kumenya Yehova kuri uwo musi, bashikane ikimazi n’ingabirano+, baraganire Yehova indagano kandi bayishitse+.
21 Kandi Yehova azomenyekana koko ku Banyamisiri+; Abanyamisiri bazotegerezwa kumenya Yehova kuri uwo musi, bashikane ikimazi n’ingabirano+, baraganire Yehova indagano kandi bayishitse+.