Yesaya 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maramara, Sidoni+ we! Kuko ikiyaga, ewe gihome gikomeye c’ikiyaga, cavuze giti: “Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse, eka sinareze abasore, sinakujije abigeme b’isugi+.”
4 Maramara, Sidoni+ we! Kuko ikiyaga, ewe gihome gikomeye c’ikiyaga, cavuze giti: “Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse, eka sinareze abasore, sinakujije abigeme b’isugi+.”