Yeremiya 37:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Yeremiya avuga ati: “Si vyo+! Singira nishikane ku Bakaludaya.” Mugabo ntiyamwumviriza. Nuko Iriya agumya Yeremiya hanyuma amushira abaganwa.
14 Mugabo Yeremiya avuga ati: “Si vyo+! Singira nishikane ku Bakaludaya.” Mugabo ntiyamwumviriza. Nuko Iriya agumya Yeremiya hanyuma amushira abaganwa.