Yeremiya 41:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo bakimara gushika hagati mu gisagara, Ishimayeli mwene Netaniya atangura kubica no kubata mw’itangi, we hamwe n’abagabo bari kumwe na we+.
7 Mugabo bakimara gushika hagati mu gisagara, Ishimayeli mwene Netaniya atangura kubica no kubata mw’itangi, we hamwe n’abagabo bari kumwe na we+.