-
Yeremiya 41:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Abantu bose bari kumwe na Ishimayeli ngo babone Yohanani mwene Kareya n’abakuru bose b’inteko za gisirikare bari kumwe na we, batangura kunezerwa.
-