Yeremiya 42:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ntimutinye kubera umwami wa Babiloni, uwo mutinya+.’ “‘Ntimutinye kubera we+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kuko ndi kumwe namwe, kugira ndabakize no kugira ndabarokore mu kuboko kwiwe+.
11 Ntimutinye kubera umwami wa Babiloni, uwo mutinya+.’ “‘Ntimutinye kubera we+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kuko ndi kumwe namwe, kugira ndabakize no kugira ndabarokore mu kuboko kwiwe+.