Yeremiya 42:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi abantu bose biyemeje kwinjira mu Misiri ngo babeyo ari ba kavamahanga ni bo bazokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; ntibazoronka uwurokoka canke uwucika kw’icumu, kubera ivyago ngira nzane kuri bose+.”’
17 Kandi abantu bose biyemeje kwinjira mu Misiri ngo babeyo ari ba kavamahanga ni bo bazokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; ntibazoronka uwurokoka canke uwucika kw’icumu, kubera ivyago ngira nzane kuri bose+.”’