Yeremiya 46:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano+, ewe mukobwa wa Misiri uba ng’aho+! Kuko Nofu+ izocika akajoreza kandi izoturirwa, ku buryo ata wuzohaba+. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 46:19 Umunara w’Inderetsi,1/7/2003, rup. 32
19 Niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano+, ewe mukobwa wa Misiri uba ng’aho+! Kuko Nofu+ izocika akajoreza kandi izoturirwa, ku buryo ata wuzohaba+.