Yeremiya 48:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umunyazi azoza ku gisagara kimwekimwe cose+, kandi nta gisagara na kimwe kizocika kw’icumu+. Ikiyaya co hasi kizoyogera ata kabuza, intara ishashe na yo izimanganywe, ni ko Yehova avuze.
8 Umunyazi azoza ku gisagara kimwekimwe cose+, kandi nta gisagara na kimwe kizocika kw’icumu+. Ikiyaya co hasi kizoyogera ata kabuza, intara ishashe na yo izimanganywe, ni ko Yehova avuze.