Yeremiya 48:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kandi nzokura muri Mowabu,’ ni ko Yehova avuze, ‘uwudugana ishikanwa ku kibanza gikirurutse n’uwufumbishiriza umwotsi w’ibimazi imana yiwe+.
35 Kandi nzokura muri Mowabu,’ ni ko Yehova avuze, ‘uwudugana ishikanwa ku kibanza gikirurutse n’uwufumbishiriza umwotsi w’ibimazi imana yiwe+.