Yeremiya 50:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Naraguteze umutego, nawe urafatwa, ewe Babiloni, kandi ntiwabimenye+. Warabonywe utako uranafatwa, kuko Yehova ari we warwanije+.
24 Naraguteze umutego, nawe urafatwa, ewe Babiloni, kandi ntiwabimenye+. Warabonywe utako uranafatwa, kuko Yehova ari we warwanije+.