Ezekiyeli 32:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “‘Aho ni ho Edomu+, abami bayo n’abakuru bayo bose bari; kandi bano, mu nkomezi zabo, bashizwe hamwe n’abagandagujwe inkota+; bo ubwabo bazoryama hamwe n’abatagenyerewe+ be n’abamanuka muri ca cobo.
29 “‘Aho ni ho Edomu+, abami bayo n’abakuru bayo bose bari; kandi bano, mu nkomezi zabo, bashizwe hamwe n’abagandagujwe inkota+; bo ubwabo bazoryama hamwe n’abatagenyerewe+ be n’abamanuka muri ca cobo.