-
Ezekiyeli 41:3Bibiliya y’isi nshasha
-
-
3 Hanyuma yinjira indani, agera inkingi y’ubwinjiriro yo mu mbavu, iba amatambwe abiri; ubwinjiriro na bwo, amatambwe atandatu; ubwaguke bwa nya bwinjiriro bwari amatambwe indwi.
-