-
Ezekiyeli 41:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Ubwaguke bw’uruhome rw’icumba co mu mbavu, amaja hanze, bwari amatambwe atanu. Kandi hari ikibanza kigaragara iruhande y’inyubakwa y’ivyumba vyo mu mbavu vya nya nzu.
-