-
Ezekiyeli 41:11Bibiliya y’isi nshasha
-
-
11 Ubwinjiriro bw’icumba co mu mbavu bwari kuri ca kibanza kigaragara, ubwinjiriro bumwe bukaraba mu buraruko, ubundi bukaraba mu bumanuko; ubwaguke bw’umwanya w’ico kibanza kigaragara bwari amatambwe atanu, irya n’ino.
-