Mariko 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hagisigaye imisi ibiri+ ngo habe pasika*+ be n’umusi mukuru+ w’imikate itarimwo umwambiro, abakuru b’abaherezi n’abanditsi bariko bararondera ingene bomufata ku rwenge bakamwica+; Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:1 Yezu ni inzira, rup. 266
14 Hagisigaye imisi ibiri+ ngo habe pasika*+ be n’umusi mukuru+ w’imikate itarimwo umwambiro, abakuru b’abaherezi n’abanditsi bariko bararondera ingene bomufata ku rwenge bakamwica+;