Akajambo k'epfo Ijambo ku rindi ni “yihagarika ku ruhome.” Iyo ni imvugo y’igiheburayo yerekeza ku bantu b’igitsina-gabo.