Akajambo k'epfo
a Mu biharuro vyitwa algèbre vyo mu gihe ca none, ibitigiri bitazwi vyandikwa hakoreshejwe indome, nka a canke b. Nk’akarorero, umuntu arashobora kwandika ngo a + 4 = 6. Ukuyemwo igiharuro 4 twateranije na a, ugaca ufata 6 ugakuramwo 4 nyene, uca usanga a ingana na 2.