Akajambo k'epfo
b Abanyeshure bo muri kaminuza muri Amerika kenshi barahura n’ingorane nk’iyo. Raporo yo mu kinyamakuru kimwe (The Wall Street Journal) ivuga ko umunyeshure ahabwa agafashanyo ka leta aheza amashure afise ideni ry’amadolari nka 33.000.