Akajambo k'epfo
a Ushaka ayandi makuru yogufasha kumenya ingene wotuma mu rugo harangwa agahimbare raba ikigabane ca 14 mu gitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? casohowe n’Ivyabona vya Yehova. Kiraboneka no kuri www.pr418.com. Raba kandi ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ICOFASHA UMURYANGO.