Akajambo k'epfo
a Ingorane z’amagara umuvyeyi canke umwana boshobora kugira, ntizikwiye kuba icitwazo co gukorora inda. Nimba mu gihe c’ukwibaruka umugabo n’umugore babwirizwa guhitamwo kurokora ubuzima bw’umuvyeyi canke bw’umwana, iyo ni ingingo bifatira. Ariko ntiwumve, iyo ngorane ishika gake kubera ko ubuvuzi bwateye imbere.