Akajambo k'epfo
c Icizigiro c’izuka na co nyene kirashobora gufasha umuntu kugira amahoro yo mu mutima. Raba ikiganiro c’“Ibibazo vy’abasomyi” mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 15 Ndamukiza 2009, cerekana ivyiyumviro vyo muri Bibiliya vyodufasha kubona ko abana bapfa imbere yo kuvuka bashobora kuzozuka.