Akajambo k'epfo
a Muri Bibiliya nyinshi izina ry’Imana barisubirije izina ry’icubahiro “UMUKAMA” mu ndome nkuru. Mu zindi na zo riboneka gusa mu mirongo imwimwe canke mu tujambo tw’epfo. Bibiliya y’isi nshasha yoyo irakoresha cane izina ry’Imana.