Akajambo k'epfo
a Imvugo ngo «umuntu w’iminwa ihumanye» irabereye, kubera yuko kenshi iminwa ikoreshwa muri Bibiliya mu kugereranya imvugo canke ururimi ruvugwa. Ivyaha vyinshi abantu b’abanyagasembwa dukora usanga bifitaniye isano n’ivyo tuvuga.—Imigani 10:19; Yakobo 3:2, 6.